Ikigabane ca I. Repuburika y'Uburundi n'ururimi rw'ikirundi 第一單元 蒲隆地共和國和隆迪語 Ikigabane ca II. Amajwi y'ikirundi n'imvugo yayo 第二單元 隆迪語語音及其常用詞 Ikigabane ca III. Imvugo rupfasoni n'indamutso 第三單元 禮儀禮節 Ikigabane ca IV. Ibiyago bimenyereza umuntu n'uwundi 第四單元 社會交往 Ikigabane ca V. Imvugo iserura uko umuntu abona ibintu 第五單元 態度表達 Ikigabane ca VI. Imvugo yerekeye ingorane n'impanuro 第六單元 問題建議 Ikigabane ca VII. Kuja mu mahanga 第七單元 海外之旅 Ikigabane ca VIII. Gufata ingendo 第八單元 交通出行 Ikigabane ca IX. Kurara mw'ihoteri 第九單元 酒店住宿 Ikigabane ca X. Ubuzima bwo mu muryango 第十單元 家庭生活 Ikigabane ca XI. Abashitsi n'abasangwa 第十一單元 做客人家 Ikigabane ca XII. Kurondera ibintu mw'iguriro 第十二單元 逛街購物 Ikigabane ca XIII. Gufungurira mu buriro 第十三單元 餐廳就餐 Ikigabane ca XIV. Kuyagira kw'iterefone 第十四單元 電話往來 Ikigabane ca XV. Ubuzima bwo muri Kaminuza 第十五單元 學校生活 Ikigabane ca XVI. Ukwinezereza 第十六單元 休閑娛樂 Ikigabane ca XVII. Ivyerekeye amagara 第十七單元 身體健康 Inyongera I Amajambo akunda gukoreshwa agabuye ku migwi 附錄一 常用分類辭彙 Inyongera II Urutonde rw'amajambo 附錄二 總辭彙表